Archives
April 19, 2017 8:29 am / Leave a comment
Kuri uyu wa 17 Ndamukiza 2017, umutama Antime Baranshakaje, umunyagisaka, yaraherekejwe ubwanyuma. Uwo mutama ashengeye amaze imyaka 82, yavutse mu mwaka w’ 1935 mu Gishora, aho n’ubu hari ingoma Ruciteme na Murimirwa. (more…)